شعار YouVersion
الكتاب المقدسخططفيديوهات
إحصل على التطبيق
مُحدد اللغة
رمز البحث

آيات مشهورة من الكتاب المقدس منYohana 5

1

Yohana 5:24

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

N’ukuri, n’ukuri ndababgire: Uwumva ijambo ryanje, akizera uwantumye, ni we afise ubugingo budashira, kandi ntazoshirwa mu rukinja, arikw aba avuye mu rupfu, ashitse mu bugingo.

قارن

اكتشف Yohana 5:24

2

Yohana 5:6

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Yesu amubonye aryamyeho, kand’ amenye kw amaze igihe kirekire, aramubaza, ati Wumva ugomba gukira?

قارن

اكتشف Yohana 5:6

3

Yohana 5:39-40

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Mwebge murasesa mu vyanditswe, kuko mugira ngo muri vyo ni ho mufise ubugingo budashira, kand’ ari vyo binshingira intahe, ariko mukanka kuza kuri jewe ngo muronke ubugingo.

قارن

اكتشف Yohana 5:39-40

4

Yohana 5:8-9

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Yesu aramubgira, ati Va hasi, ikorere ikirago cawe, ugende. Buno nyene uwo muntu arakira, yikorera ikirago ciwe, aragenda. Arik’ uwo musi hari kw isabato.

قارن

اكتشف Yohana 5:8-9

5

Yohana 5:19

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Nuko Yesu asubira kubabgira, ati N’ukuri, n’ukuri ndababgire: Nta co Umwana ashobora kwigenera, atabonye Se agikora, kukw ivyo Se akora vyose n’Umwana aca abikora kuno.

قارن

اكتشف Yohana 5:19

خطط قرأة مجانية و مواضيع تعبدية ذات صلة بYohana 5

الإصحاح السابق
الإصحاح التالي
YouVersion

تشجع للبحث عن علاقة حميمة مع الله كل يوم.

خدمة

حول‌

مهن

التطوع

المفكّرة

صحافة

روابط مفيدة

مساعدة

تبرع

اصدارات الكتاب المقدس

الأناجيل المسموعة

لغات الكتاب المقدس

آية اليوم


خدمة رقمية ل

Life.Church
English (US)

©2025 Life.Church / YouVersion

سياسة الخصوصيةالشروط
برنامج الكشف عن نقاط الضعف
فيسبوكتويترالإنستجرامموقع يوتيوببينتيريست

الصفحة الرئيسية

الكتاب المقدس

خطط

فيديوهات