1
Itanguriro 41:16
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
Yosefu yishura Farawo, ati Si jewe mbishobora, Nyaguhora ku ngoma, Imana ni yo ija kukwishura ivy’amahoro.
Compare
Explore Itanguriro 41:16
2
Itanguriro 41:38
Farawo abaza abo bishikira biwe, ati Twobona hehe umuntu ameze nk’ uyu, arimw’ impwemu y’Imana?
Explore Itanguriro 41:38
3
Itanguriro 41:39-40
Farawo abarira Yosefu, ati Kw Imana ikweretse ivyo vyose, nta wundi munyabgenge w’umuhanga muhwanye; nguhaye kugaba urugo rwanje, kand’ abantu banje bose baze bumvire ico uzovuga: ku ngoma yanje yonyene ni ho nzogusumba.
Explore Itanguriro 41:39-40
4
Itanguriro 41:52
Uwa kabiri amwita Efurayimu, ati Kukw Imana yampaye kurondokera mu gihugu nagorewemwo.
Explore Itanguriro 41:52
5
Itanguriro 41:51
Yosefu uw’imfura amwita Manase, ati Kukw Imana yanyibagije ubutame bganje bgose n’abo mu nzu ya data bose.
Explore Itanguriro 41:51
Home
Bible
Plans
Videos