1
Mariko 5:34
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Yesu aramubgira, ati Mwana wanje, ukwizera kwawe kuragukijije, genda amahoro, ukire rwose icago cawe.
Compare
Explore Mariko 5:34
2
Mariko 5:25-26
Kand’ umugore arwaye ubutinyanka yar’ abimaranye imyaka cumi n’ibiri, yababajwe cane n’abavūzi benshi bamumarisha ibintu vyiwe vyose abitangamw’ ingemu, ntihāgira ico bamumarira, mber’ arushiriza kurwara
Explore Mariko 5:25-26
3
Mariko 5:29
Uwo mwanya isōko y’amaraso irakama, amenya mu mubiri wiwe yukw akize ico cago.
Explore Mariko 5:29
4
Mariko 5:41
afata ukuboko kw’ikiziga, arakibarira, ati Talisa kumi; bisobanurwa ngo Gakobga, ndakubariye, nti Vyuka.
Explore Mariko 5:41
5
Mariko 5:35-36
Akivuga, haza abavuye kwa wa mukuru w’isinagogi, bati Wa mwana wawe aracīkānye, uracagorera iki Umwigisha? Ariko Yesu ntiyashira umutima kw ijambo rivuzwe, abarira uwo mukuru w’isinagogi, ati Ntutinye, wizere gusa.
Explore Mariko 5:35-36
6
Mariko 5:8-9
Kuko yar’ amubariye, ati Va mu muntu, wa mpwemu ihumanye. Aramubaza, ati Witwa nde? Aramwishura, ati Gitero ni ryo zina ryanje kuko turi benshi.
Explore Mariko 5:8-9