1
Mariko 8:35
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
kuk’ ūgomba gukiza ubugingo bgiwe azobubura, arik’ ūzoheba ubugingo bgiwe kubganje no kubg’ ubutumwa bgiza, azobukiza.
Compare
Explore Mariko 8:35
2
Mariko 8:36
Kand’ umuntu vyomumarira iki kwunguka ivyo mw isi vyose, ni yakwa ubugingo bgiwe kw iciru?
Explore Mariko 8:36
3
Mariko 8:34
Ahamagara ishengero bo n’abigishwa biwe, arababgira, at’ Umuntu ni yagomba kunkurikira, ni yiyanke, yikorere umusaraba wiwe, ankurikire
Explore Mariko 8:34
4
Mariko 8:37-38
Mbeg’ umuntu yotanga iki ngw acungure ubugingo bgiwe? Kuk’ umuntu wese bizotera isoni kunyemera no kwemera amajambo yanje mur’ iki gihe c’ubusambanyi kandi c’ikinyavyaha, n’Umwana w’umuntu bizomutera isoni kumwemera, ah’ azozira afise ubgiza bga Se, azananye n’abamarayika bera.
Explore Mariko 8:37-38
5
Mariko 8:29
Na we arababaza, at’ Ariko mweho mugira ngo ndi nde? Petero aramwishura, at’ Uri Kristo.
Explore Mariko 8:29