1
Itanguriro 42:21
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Baravugana bati: “Biragaragara ko turiko turishura ivyo twakoreye umuvukanyi wacu. Twarabonye agahinda yari afise igihe yariko aradusaba adutakambira, ariko ntitwamwumvirije. Ni co gituma ibi vyago bidushikiye.”
Compare
Explore Itanguriro 42:21
2
Itanguriro 42:6
Yosefu ni we yatwara igihugu ca Egiputa cose, kandi ni na we yari ajejwe kugurisha ingano ku bantu bose. Nuko bene se bashika aho ari, barunama bashika hasi imbere yiwe.
Explore Itanguriro 42:6
3
Itanguriro 42:7
Yosefu ababonye aca arabamenya, ariko aca yifata nk’uwutigeze abamenya. Ababazanya amanyama ati: “Muva he?” Baramwishura bati: “Tuva mu gihugu c’i Kanani, tuje kugura ivyokurya.”
Explore Itanguriro 42:7