Bible App logo
Search Icon

Kuvayo 9:18-19

Kuvayo 9:18-19 RUN1967

Uti Rāba, ejo nka bugingo ubu azosegenyura urubura rw’icago, rutigeze kuboneka muri Egiputa, uhereye igihe hitiwe izina, ukageza n’ubu. Enda none tuma gucūza inka zawe n’ibitungwa n’ivyo ufise vyose biri ku gahinga, kuk’ urubura ruzonyukura umuntu wese cank’ igitunzwe cose bizosangwa ku gahinga bitugamye, bizopfa.

Free Reading Plans and Devotionals related to Kuvayo 9:18-19