Itanguriro 39:7-9
Itanguriro 39:7-9 RUN1967
Hanyuma y’ivyo, inabuja agomwa Yosefu, aramubgira, ati Ngo turyamane. Maz’ ariyankira, yishura inabuja, at’ Erega databuja nta co yibazako ku vyo ngaba vyo mu rugo, mbere yanjeje ivy’ afise vyose; nta wunduta mur’ uru rugo, kandi nta co yisigarije ngw akinyime atari wewe, kuk’ ur’ umugore wiwe: none noshobora nte gukora icaha kingana girtyo, ngacumura ku Mana?