Itanguriro 42:21
Itanguriro 42:21 RUN1967
Maze baravugana, bati Turikw inkurikizi ya murumuna wacu, s’ikindi, kuko twabonye intuntu yar’ afise mu mutima, hamwe yatwinginga, tukanka kumwumviriza; ni vyo bituzaniye ibi vyago.