Itanguriro 42:6
Itanguriro 42:6 RUN1967
Kandi Yosefu yari yagizwe segaba w’igihugu ca Egiputa; ni we yasumira abo mur’ ico gihugu bose; nuko bene se ba Yosefu baraza, bakubita inkoro hasi, baramwunamira.