Itanguriro 42:7
Itanguriro 42:7 RUN1967
Maze Yosefu abonye bene se arabamenya, yihindura nka murundi kuri bo, abatera imirarwe, ati Muva hehe? Baramwishura, bati Tuva mu gihugu c’i Kanani tuje gusuma.