YouVersion Logo
Search Icon

Yohana 20:27-28

Yohana 20:27-28 RUN1967

Maz’ abgira Toma, ati Zana hano urutoke rwawe, urābe ibiganza vyanje; zana n’urushi, urushire mu rubavu rwanje, nta co uba ūtizera, arik’ ube uwizeye. Toma aramwishura, ati Mwami wanje, kandi Mana yanje.