YouVersion Logo
Search Icon

Itanguriro 42:7

Itanguriro 42:7 BKC

Yosefu ababonye aca arabamenya, ariko aca yifata nk’uwutigeze abamenya. Ababazanya amanyama ati: “Muva he?” Baramwishura bati: “Tuva mu gihugu c’i Kanani, tuje kugura ivyokurya.”