Itanguriro 44:1
Itanguriro 44:1 BKC
Hageze ko basubira inyuma, Yosefu ategeka wa mukozi ajejwe ivyo mu rugo rwiwe ati: “Uzuza imifuko y’abo bagabo ivyokurya bashobora gutwara, hanyuma ushire amahera umuntu wese yashaka kuriha hejuru mu mufuko wiwe.