Itanguriro 46:3
Itanguriro 46:3 BKC
Imana iramubwira iti: “Ndi Imana, Imana ya so. Ntutinye kuja muri Egiputa, kuko muri kirya gihugu nzohagwiriza umuryango wawe ube ihanga rinini.