YouVersion Logo
Search Icon

Itanguriro 6:9

Itanguriro 6:9 BKC

Iyi ni yo nkuru ya Nowa n’umuryango wiwe. Nowa yari umugororotsi, ni we muntu wenyene yaba kw’isi muri ico gihe atagira umugayo kandi yagendana n’Imana.