YouVersion Logo
Search Icon

Luka 1:31-33

Luka 1:31-33 BKC

Raba ugiye gusama inda, maze uvyare umwana w’umuhungu, kandi uze umwite Yesu. Azoba uwuhambaye, kandi azokwitwa Umwana w’Iyisumbavyose. Umwami Imana azomuha intebe y’inganji ya sekuruza Dawidi, kandi azoganza inzu ya Yakobo ibihe bidashira; Ubwami bwiwe ntibuzogira iherezo.”