Luka 8:15
Luka 8:15 BKC
Ariko imbuto zaguye mw’ivu ryiza, ni abantu bamaze kwumva ijambo ry’Imana, baryakirana umutima mwiza kandi ukunze, maze bakarigumya; hanyuma kubera ukwihangana, bakama ivyamwa vyinshi.