YouVersion Logo
Search Icon

Mariko 12:41-42

Mariko 12:41-42 BKC

Nuko Yesu yicara hafi y’ico batorezamwo amashikanwa mu rusengero, araba ingene abantu bashiramwo amafaranga y’ishikanwa. Benshi mu batunzi batanga menshi. Ariko umupfakazi umwe araza ashiramwo ibiceri bibiri vy’agaciro gato cane.