YouVersion Logo
Search Icon

Mariko 6:41-43

Mariko 6:41-43 BKC

Yesu afata ya mikate itanu na za fi zibiri, arangamiza mw’ijuru, abishimira Imana. Hanyuma amanyagura ya mikate, ayihereza abigishwa ngo bagaburire abantu. Abagaburira na za fi bose. Nuko bose bararya kandi barahaga. Hanyuma abigishwa begeranya ibiseke cumi na bibiri y’ivyasigaye kuri ya mikate na za fi.