1 ABAKORINTO 15:10
1 ABAKORINTO 15:10 RUF
Ariko ku bw'ubuntu bw'Imaana, ni co caatumye mba uko ndi, kandi ubwo buntu nahaawe ntibwabaaye impfaabusa, ahuubwo nakoze caane kuruta boose, nuubwo atari ku bwanje ahuubwo ni ku bw'ubuntu bw'Imaana buri nanje.





