Logotip de YouVersion
La BíbliaPlansVídeos
Aconsegueix l'aplicació
Selector d'idiomes
Icona de cerca

Versets bíblics populars de Itanguriro 2

1

Itanguriro 2:24

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Ni co gituma umuntu azosiga se na nyina, akabana n’ umugore wiwe akaramata, bakaba umubiri umwe.

Compara

Explorar Itanguriro 2:24

2

Itanguriro 2:18

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Uhoraho Imana aravuga, ati Si vyiza k’uyu muntu yibana wenyene; hinge ndamuronderere umufasha bikwiranye.

Compara

Explorar Itanguriro 2:18

3

Itanguriro 2:7

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Uhoraho Imana abumba umuntu mu mukungugu wo hasi, amuhumekera mu mazuru impwemu y’ubugingo; umuntu aca aba ūfise ubugingo.

Compara

Explorar Itanguriro 2:7

4

Itanguriro 2:23

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Maz’ uwo muntu aravuga, at’ Uyu n’ igufa ryo mu magufa yanje, n’akara ko mu mara yanje: azokwitwa Umugore kuko yakūwe mu Mugabo.

Compara

Explorar Itanguriro 2:23

5

Itanguriro 2:3

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Nukw Imana ihezagira uwo musi w’indwi, iraweza: kukw ari wo Imana yaruhukiyekw ibikorwa vyayo vyose, ivyo yaremye kandi yakoze.

Compara

Explorar Itanguriro 2:3

6

Itanguriro 2:25

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Kand’ uwo mugabo n’umugore wiwe bompi bāgenda amēnya, ariko ntivyabatera isoni.

Compara

Explorar Itanguriro 2:25

Capítol anterior
Capítol següent
YouVersion

Animant-te i desafiant-te a buscar la intimitat amb Déu cada dia.

Ministeri

Sobre

Carreres

Fes-te voluntari

Blog

Premsa

Enllaços útils

Ajuda

Fer un donatiu

Versions de la Bíblia

Bíblia en àudio

Idiomes de la Bíblia

Verset del dia


Un Ministeri Digital de

Life.Church
Català

©2026 Life.Church / YouVersion

Política de privacitatCondicions d'ús
Programa de divulgació de vulnerabilitats
FacebookTwitterInstagramYouTubePinterest