Logotip de YouVersion
La BíbliaPlansVídeos
Aconsegueix l'aplicació
Selector d'idiomes
Icona de cerca

Versets bíblics populars de Itanguriro 5

1

Itanguriro 5:24

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Kandi Henoki yagendana n’Imana: araheza ntiyaba akiboneka, kukw Imana imujanye.

Compara

Explorar Itanguriro 5:24

2

Itanguriro 5:22

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Henoki amaze kuvyara Metusela agendana n’Imana imyaka amajana atatu, ayivyaramw’ abahungu n’abakobga.

Compara

Explorar Itanguriro 5:22

3

Itanguriro 5:1

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Iki n’igitabo kidōndōra uruvyaro rwa Adamu. Ku musi Imana yaremeyek’ umuntu, mw ishusho yayo ni ho yamuremye

Compara

Explorar Itanguriro 5:1

4

Itanguriro 5:2

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

irema abantu bar’ uburyo bubiri: irabahezagira, ibita Abantu, ku musi bāremeweko.

Compara

Explorar Itanguriro 5:2

Capítol anterior
Capítol següent
YouVersion

Animant-te i desafiant-te a buscar la intimitat amb Déu cada dia.

Ministeri

Sobre

Carreres

Fes-te voluntari

Blog

Premsa

Enllaços útils

Ajuda

Fer un donatiu

Versions de la Bíblia

Bíblia en àudio

Idiomes de la Bíblia

Verset del dia


Un Ministeri Digital de

Life.Church
Català

©2026 Life.Church / YouVersion

Política de privacitatCondicions d'ús
Programa de divulgació de vulnerabilitats
FacebookTwitterInstagramYouTubePinterest