Logotip de YouVersion
La BíbliaPlansVídeos
Aconsegueix l'aplicació
Selector d'idiomes
Icona de cerca

Versets bíblics populars de Itanguriro 21

1

Itanguriro 21:1

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Umusi umwe, UHORAHO yibuka Sara, amukorera ico yari yaramusezeraniye.

Compara

Explorar Itanguriro 21:1

2

Itanguriro 21:17-18

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Ariko Imana yumva ijwi rya wa mwana arira, hanyuma umumarayika w’Imana ahamagara Hagari ari mw’ijuru ati: “Ubaye iki ga Hagari? Ntutinye! Imana yumvise ijwi ry’urya mwana aririra aho ari. Subira aho ari umuhagurutse, hanyuma umufate ukuboko, kuko uruvyaro rwiwe nzorugira ihanga rikomeye.”

Compara

Explorar Itanguriro 21:17-18

3

Itanguriro 21:2

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Sara atwara inda, avyarana na Aburahamu umwana w’umuhungu mu butama bwiwe. Ivyo vyashitse igihe Imana yari yaravuze ko bizoberako.

Compara

Explorar Itanguriro 21:2

4

Itanguriro 21:6

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Sara aravuga ati: “Imana irantwengeje. Umuntu wese azovyumva azotwengana nanje.”

Compara

Explorar Itanguriro 21:6

5

Itanguriro 21:12

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Ariko Imana ibwira Aburahamu iti: “Ntubabazwe n’ivy’urya mwana n’umuguranokazi wawe. Kora ivyo Sara akubwira vyose, kuko uruvyaro rwawe uzoruronka biciye muri Isaka.

Compara

Explorar Itanguriro 21:12

6

Itanguriro 21:13

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Ariko uruvyaro rw’umuhungu w’incoreke yawe na rwo nzorugira ihanga, kuko na we ni umwana wawe.”

Compara

Explorar Itanguriro 21:13

Capítol anterior
Capítol següent
YouVersion

Animant-te i desafiant-te a buscar la intimitat amb Déu cada dia.

Ministeri

Sobre

Carreres

Fes-te voluntari

Blog

Premsa

Enllaços útils

Ajuda

Fer un donatiu

Versions de la Bíblia

Bíblia en àudio

Idiomes de la Bíblia

Verset del dia


Un Ministeri Digital de

Life.Church
Català

©2026 Life.Church / YouVersion

Política de privacitatCondicions d'ús
Programa de divulgació de vulnerabilitats
FacebookTwitterInstagramYouTubePinterest