Logotip de YouVersion
La BíbliaPlansVídeos
Aconsegueix l'aplicació
Selector d'idiomes
Icona de cerca

Versets bíblics populars de Itanguriro 47

1

Itanguriro 47:9

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Yakobo aramwishura ati: “Maze imyaka ijana na mirongo itatu ngendagenda kuri ino si. Imyaka yanje yabaye mike kandi yarangumiye. Sinashikije imyaka ba sogokuruza bamaze bagendagenda kw’isi.”

Compara

Explorar Itanguriro 47:9

2

Itanguriro 47:5-6

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Farawo abwira Yosefu ati: “Ko so na bene so bagusanze hano, igihugu cose ca Egiputa kiri imbere yawe, bahitiremwo aharuta ahandi kuba heza abe ari ho baba. Bareke bibere mu karere ka Gosheni. Kandi muri bo nihaba harimwo abafise ubihanga budasanzwe, ubazeze kuragira imikuku n’amasho vyanje na vyo.”

Compara

Explorar Itanguriro 47:5-6

Plans de lectura i devocionals gratuïts relacionats amb Itanguriro 47

Capítol anterior
Capítol següent
YouVersion

Animant-te i desafiant-te a buscar la intimitat amb Déu cada dia.

Ministeri

Sobre

Carreres

Fes-te voluntari

Blog

Premsa

Enllaços útils

Ajuda

Fer un donatiu

Versions de la Bíblia

Bíblia en àudio

Idiomes de la Bíblia

Verset del dia


Un Ministeri Digital de

Life.Church
Català

©2026 Life.Church / YouVersion

Política de privacitatCondicions d'ús
Programa de divulgació de vulnerabilitats
FacebookTwitterInstagramYouTubePinterest