1
Itanguriro 7:1
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
UHORAHO abwira Nowa ati: “Injira mu bwato, wewe n’umuryango wawe wose, kuko nasanze ari wewe wenyene ugororotse mu bantu b’iki gihe.
Compara
Explorar Itanguriro 7:1
2
Itanguriro 7:24
Kandi umwuzure wamaze imisi mirongo itanu urengeye isi.
Explorar Itanguriro 7:24
3
Itanguriro 7:11
Nowa amaze imyaka amajana atandatu, ku musi ugira indwi w’ukwezi kwa kabiri, amazi yose y’i kuzimu arazikuruka, n’ingomero zo mw’ijuru ziragomoroka.
Explorar Itanguriro 7:11
4
Itanguriro 7:23
Uko ni ko Imana yaranduye ikintu cose gifise ubuzima: abantu, ibikoko, ivyikwega hasi hamwe n’inyoni zo mu kirere; vyose vyararanduwe. Nowa n’abari kumwe na we mu bwato ni bo bonyene barokotse.
Explorar Itanguriro 7:23
5
Itanguriro 7:12
Nuko imvura igwa kw’isi imisi mirongo ine n’amajoro mirongo ine.
Explorar Itanguriro 7:12