Itanguriro 4:26

Itanguriro 4:26 RUN1967

Seti na we arahava avyara umuhungu, amwita Enoshi: ico gihe abantu ni ho batanguriye kwambaza izina ry’Uhoraho.