Itanguriro 11:9

Itanguriro 11:9 BKC

Ni co gituma ico gisagara ciswe Babeli, kuko aho ni ho UHORAHO yateye abantu kuzazanirwa kubera indimi nyinshi, maze abashwiragiza kw’isi yose.