Itanguriro 15:18

Itanguriro 15:18 BKC

Uwo musi UHORAHO agirana isezerano na Aburamu avuga ati: “Iki gihugu ndagihaye uruvyaro rwawe, kuva ku ruzi rwa Egiputa gushika ku ruzi runini Efurate.