Itanguriro 15:5
Itanguriro 15:5 BKC
Maze UHORAHO ajana Aburamu hanze aramubwira ati: “Raba kw’ijuru uharure inyenyeri nimba wobishobora. Uko ni ko uruvyaro rwawe ruzongana!”