Itanguriro 19:29

Itanguriro 19:29 BKC

Ariko igihe Imana yarandura ivyo bisagara, yagumye yibuka ico Aburahamu yayisavye, ikiza Loti ikiza caranduye ivyo bisagara vyo mu kiyaya.