Itanguriro 24:67

Itanguriro 24:67 BKC

Isaka ajana Rebeka mw’ihema. Iryo hema ryahora ari irya nyina Sara. Nuko amugira umugore wiwe kandi aramukunda cane. Uko ni ko Isaka yashoboye kwirurwa umubabaro yari yaratewe n’urupfu rwa nyina.