Itanguriro 34:25

Itanguriro 34:25 BKC

Haheze imisi itatu, ibikomere vyabo bikibababaza, babiri mu bahungu ba Yakobo, Simeyoni na Lewi, basaza ba Dina, bafata inkota zabo binjira muri ca gisagara ata nkomanzi, bica abagabo bose