Itanguriro 38:9

Itanguriro 38:9 BKC

Ariko Onani yari azi ko urwo ruvyaro rutazoba urwiwe. Ni co gituma igihe cose yaryamana na muramuwe, yasesa imbuto ziwe hasi, kugira ngo ntavyarire mukuruwe.