Itanguriro 39:20-21

Itanguriro 39:20-21 BKC

Nuko afata Yosefu amuterera mw’ibohero bapfungiramwo imbohe z’umwami. Ariko Yosefu ari muri iryo bohero, UHORAHO abana na we, amuha kugira ikiganza ciza, agira igikundiro mu maso y’umukuru w’ibohero.