Itanguriro 41:51
Itanguriro 41:51 BKC
Umwana w’imfura Yosefu amwita Manase, kuko yavuga ati: “Imana yanyibagije amakuba yanje yose n’umuryango wa data wose.”