Itanguriro 41:52
Itanguriro 41:52 BKC
Yosefu yita umuhungu wiwe wa kabiri Efurayimu, kuko yavuga ati: “Imana yampaye kurondoka mu gihugu nagiriyemwo amakuba.”