Itanguriro 49:10

Itanguriro 49:10 BKC

Icumu ry’ubugabe ntirizova mu muryango wa Yuda, kandi inkoni yo kuganza ntizova mu ruvyaro rwiwe kugeza aho nyeneyo azozira, uwo ni we amahanga yose azokwumvira.