Luka 8:13
Luka 8:13 BKC
Imbuto zaguye ku rutare: ni abantu bakirana umunezero, ijambo ry’Imana, ariko kubera batarireka ngo rishinge imizi muri bo, bizera akanya gato. Hagize ibibagerageza, baca bata ukwizera.