Luka 8:14

Luka 8:14 BKC

Imbuto zaguye mu mahwa: ni abantu bamaze kwumva ijambo ry’Imana, imyitwarariko y’ivy’ubu buzima, ubutunzi n’ibihimbaro vy’iyi si bica biza bikanyoha iryo jambo ryatewe muri bo, hanyuma mu buzima bwabo ntibigere bakura, ngo bame imbuto nziza.

Llegeix Luka 8