1
Yohana 9:4
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Twebge dukwiye gukora ibikorwa vy’uwantumye hakibona; buhava bgira, ata wugishobora gukora.
Sammenlign
Udforsk Yohana 9:4
2
Yohana 9:5
Nkiri mw isi, nd’ umuco w’isi.
Udforsk Yohana 9:5
3
Yohana 9:2-3
Abigishwa biwe baramubaza, bati Mwigisha, ni nde yakoze icaha, n’uyo, canke n’abavyeyi biwe, ko yavutse ar’ impumyi? Yesu arabishura, at’ Uyu ntiyakoze icaha, kandi s’abavyeyi biwe, ariko n’ukugira ngw ibikorwa vy’Imana bibonekere kuri we.
Udforsk Yohana 9:2-3
4
Yohana 9:39
Yesu aravuga, ati Naje mur’ iyi si kuba agahinyuza, ngw abatabona babone, n’ababona babe impumyi.
Udforsk Yohana 9:39