1
Mariko 11:24
Bibiliya mu Kirundi coroshe
Ni co gituma ndababwira ko ico muzosaba cose mu gusenga, mukwiye kwizera ko mwamaze kukironka, kandi Imana izokibaha.
Vertaa
Tutki Mariko 11:24
2
Mariko 11:23
Ndababwire ukuri, umuntu yobwira uwu musozi ati: ‘Shinguka, witerere mu kiyaga,’ avyizeye adakekeranya mu mutima wiwe ariko yizeye ko ivyo avuze biba, vyogenda nk’uko yabisavye.
Tutki Mariko 11:23
3
Mariko 11:25
Ariko imbere y’uko mutangura gusenga, mubanze mubabarire umuntu wese yabacumuyeko, kugira ngo So wo mw’ijuru na we abaharire ivyaha vyanyu. [
Tutki Mariko 11:25
4
Mariko 11:22
Yesu aca ababwira ati: “Mukomere mu kwizera Imana.
Tutki Mariko 11:22
5
Mariko 11:17
Nuko aca arabigisha ati: “Mbega Ivyanditswe ntibivuga ngo: ‘Inzu yanje izoba iyo gusengerwamwo n’amahanga yose’? Ariko mweho mwayihinduye ‘ubwihisho bw’ibisuma.’”
Tutki Mariko 11:17
6
Mariko 11:9
Abari imbere ya Yesu n’abari inyuma yiwe bagenda barasemerera bavuga bati: “Hozana!” “Hahezagirwe uwuje mw’izina ry’Uhoraho!”
Tutki Mariko 11:9
7
Mariko 11:10
“Hahezagirwe ubwami bwa sogokuruza Dawidi buje!” “Hozana hejuru mw’ijuru!”
Tutki Mariko 11:10
Koti
Raamattu
Suunnitelmat
Videot