Matayo 13:20-21

Matayo 13:20-21 BKC

Imbuto zabibwe ku rutare zerekana ukuntu abantu bumva ijambo ry’Imana hanyuma bagaca baryakirana umunezero mu mitima yabo. Ariko kubera ko iryo jambo ritagira imizi miremire muri bo, bamara umwanya muto bizeye. Iyo baciye mu vyago canke mu guhamwa bazira kwizera iryo Jambo ry’Imana, baca bata ukwizera.

Ilmaiset lukusuunnitelmat ja hartaudet liittyen aiheeseen Matayo 13:20-21