Matayo 17:17-18

Matayo 17:17-18 BKC

Yesu yishura avuga ati: “Yemwe bantu b’iki gihe mutizera kandi mwononekaye mu mitima, nzobana namwe gushika ryari? Nzobihanganira kugeza ryari? Nzanira uwo mwana hano.” Yesu aca akankamira iyo dayimoni, iva muri uwo mwana, aca akira ako kanya nyene.

Ilmaiset lukusuunnitelmat ja hartaudet liittyen aiheeseen Matayo 17:17-18