Matayo 24:7-8

Matayo 24:7-8 BKC

Ihanga rizotera irindi hanga, ubwami butere ubundi bwami. Ahantu henshi kw’isi hazoba amapfa n’ukunyiganyiga kw’isi. Ivyo vyose bizoba ari nk’intango y’ibise.