Matayo 6:19-21

Matayo 6:19-21 BKC

Ntimukirundanirize ubutunzi mw’isi, aho imiswa, inyenzi n’ingese bishobora kubwonona, kandi n’ibisuma bigashobora kumena bikabwiba. Ariko, mwirundanirize ubutunzi mw’ijuru, aho imiswa, inyenzi n’ingese bidashika ngo bibwonone canke abasuma badashika ngo bamene babwibe; kuko aho ubutunzi bwawe buri, ari ho n’umutima wawe uzoba.