Matayo 6:9-10

Matayo 6:9-10 BKC

Mukwiye gusenga muvuga muti: Data wa twese uri mw’ijuru, izina ryawe niryubahwe, Ubwami bwawe buze, ivyo ugomba bibe mw’isi nk’uko biba mw’ijuru.