YouVersionロゴ
聖書読書プランビデオ
アプリを入手
言語選択
検索アイコン

Itanguriro 8の有名な聖句

1

Itanguriro 8:21-22

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Uhoraho amoterwa n’umubabge mwiza wavyo, maz’ Uhoraho yiyumvira mu mutima wiwe, ati Sinzokwongera kuvuma isi ukundi kubg’ abantu, kukw imitima y’abantu yamogoreye gukora ibibi uhereye mu bgana bgabo: kandi sinzokwongera kwica ukundi ibifise ubugingo vyose, nk’uko nakoze. Isi ikiriho, ibiba n’iyimbura, n’imbeho n’ubushuhe, n’ici n’agatāsi, n’umurango n’ijoro ntibizovaho.

比較

Itanguriro 8:21-22で検索

2

Itanguriro 8:20

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Maze Nowa yubakira Uhoraho igicaniro, yābīra mu bitungano vyose no mu bikōko vyose bitazira, no mu biguruka vyose bitazira, abitangira kur’ ico gicaniro kw ibimazi vyo kwoswa.

比較

Itanguriro 8:20で検索

3

Itanguriro 8:1

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Imana yibuka Nowa n’ibifise ubugingo vyose, n’ibitungano vyose vyari kumwe na we mu bgato: Imana ihūhīsha umuyaga kw isi, amazi atangura kugabanuka.

比較

Itanguriro 8:1で検索

4

Itanguriro 8:11

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

igaruka kuri we ku mugoroba, ifise akababi kabisi k’umwelayo mu kanwa. Nuko Nowa aca amenya kw amazi agabanutse kw isi.

比較

Itanguriro 8:11で検索

前章
次章
YouVersion

日々、神との親しい交わりを求めるために、あなたを励まし、勇気を与えます。

ミニストリー

概要

キャリア

ボランティア

ブログ

プレス

便利なリンク集

ヘルプ

寄付

聖書の訳

オーディオ聖書

聖書の言語

今日の聖句


デジタルミニストリー

Life.Church
日本語

©2026 Life.Church / YouVersion

プライバシー規約利用規約
脆弱性の開示
FacebookTwitterInstagramYouTubePinterest