1
Luka 16:10
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
Ūkora ivyo yizigiweko ku coroshe cane, agira artyo no ku gikomeye: ūgabitanya ku coroshe cane, agabitanya no ku gikomeye.
比較
Luka 16:10で検索
2
Luka 16:13
Nta muntu asaba abami babiri; yokwanka umwe, agakunda uwundi, canke yoguma kur’ umwe, akagaya wa wundi. Ntimushobora gusaba Imana n’Itunga.
Luka 16:13で検索
3
Luka 16:11-12
Namba mutabaye abizigirwa kw itunga ribi mubīkijwe, ni nde azobabītsa itunga nyaryo? Kandi namba mudakora ivyo mwizigiweko ku vy’ abandi mwabīkijwe, ni nde azobaha ivyo mwokwiganzira?
Luka 16:11-12で検索
4
Luka 16:31
Aramubgira, ati Ni batumvira Mose n’abāvugishwa n’Imana, ntibokwemera nah’ umuntu yozuka mu bāpfuye.
Luka 16:31で検索
5
Luka 16:18
Umuntu wese yirukana umugore wiwe, akābīra uwundi, aba asambanye; kandi n’uwābīra umugore yahukanye n’umugabo wiwe aba asambanye.
Luka 16:18で検索
ホーム
聖書
読書プラン
ビデオ