Logoja YouVersion
Ikona e kërkimit

Matayo 5:38-39

Matayo 5:38-39 BKC

Mwarumvise ko vyavuzwe mu vyagezwe ngo: ‘Ijisho rihorwe irindi, n’iryinyo rihorwe irindi.’ Ariko jeho ndababwiye nti: ntimukihore ababagirira nabi. Umuntu niyagukubita ikofe mu musaya w’i buryo, umuhindukirize n’uw’i bubamfu.