1
Kuvayo 39:43
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Mose yitegereza ivyo bākoze vyose, asanga barabiroranije; nk’uk’ Uhoraho yari yaravuze, ni ko bābikoze: Mose arabahezagira.
Compare
Explore Kuvayo 39:43
2
Kuvayo 39:42
Nk’uk’ Uhoraho yari yarabibariye Mose, Abisirayeli ni ko bābikoze vyose.
Explore Kuvayo 39:42
3
Kuvayo 39:32
Uko ni ko barangije gukora ivy’ iryo hema vyose, ari ryo hema ry’ibonaniro; Abisirayeli bākoze vyose, nk’uk’ Uhoraho yabariye Mose: uko ni ko bābikoze.
Explore Kuvayo 39:32